Kuvayo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba.
15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba.