ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Muri uwo mwanya abantu babona ko Musa yari atevye kumanuka ava ku musozi+. Nuko bakoranira iruhande ya Aroni, bamubwira bati: “Haguruka, uduhingurire imana izotuja imbere+, kuko uyo Musa, wa mugabo yatudugana adukuye mu gihugu ca Misiri+, tutazi vy’ukuri ivyamushikiye.”

  • Gusubira mu vyagezwe 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Kandi muze mwirinde rwose+, kuko ata shusho+ n’imwe mwabonye kuri wa musi Yehova yavugana namwe i Horebu hagati mu muriro,

  • Ivyakozwe 7:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 babwira Aroni bati: ‘Duhingurire imana zo kutuja imbere. Kuko uyo Musa, umwe yadukura mu gihugu ca Misiri, tutazi ivyamushikiye+.’

  • Ivyakozwe 17:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Ko rero turi uruvyaro rw’Imana+, ntidukwiye kwiyumvira yuko Imana+ imeze nk’inzahabu canke ifeza canke ibuye, nk’ikintu cahinguwe n’ubuhinga be n’ubwenge bw’umuntu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika