Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye. Itanguriro 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko yizera Yehova+; uno na we abimuharurako nk’ubugororotsi+. Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+; Abaheburayo 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.
7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.
3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;
9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.