Kuvayo 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Nitegereje aba bantu: emwe, ni abantu b’izosi ridadaraye+. Gusubira mu vyagezwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi utegerezwa kumenya yuko ubugororotsi bwawe atari bwo butumye Yehova Imana yawe aguha iki gihugu ciza ngo ucigarurire; kuko uri igisata c’izosi ridadaraye+. Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
6 Kandi utegerezwa kumenya yuko ubugororotsi bwawe atari bwo butumye Yehova Imana yawe aguha iki gihugu ciza ngo ucigarurire; kuko uri igisata c’izosi ridadaraye+.
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.