Kuvayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma mu gicugu, Yehova yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami, ugashika ku mfura y’imbohe yari mu gasho, no ku gitungwa cose c’uburiza+. Zaburi 105:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hanyuma yica zina mfura mu gihugu cabo+,Ubuzibūra bwabo* bwose+. Zaburi 135:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 We yariritse imfura za Misiri+,Umuntu hamwe n’igitungwa+.
29 Hanyuma mu gicugu, Yehova yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami, ugashika ku mfura y’imbohe yari mu gasho, no ku gitungwa cose c’uburiza+.