Yosuwa 21:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Vyongeye, Yehova abaha akaruhuko+ impande zose, yisunze ivyo yari yararahiye+ ko azoha ba sekuruza babo vyose; nta n’umwe mu bansi babo bose yabahagaze imbere+. Abansi babo bose Yehova yabatanze mu kuboko kwabo+. Yosuwa 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+, Yeremiya 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimuhagarare mu mayira, murabe, mubariritse amabarabara ya kera, aho rero inzira nziza iri+; muheze muyigenderemwo+, mubone kuruhurirwa+.” Mugabo bagumye bavuga bati: “Eka ntituyigenderamwo+.”
44 Vyongeye, Yehova abaha akaruhuko+ impande zose, yisunze ivyo yari yararahiye+ ko azoha ba sekuruza babo vyose; nta n’umwe mu bansi babo bose yabahagaze imbere+. Abansi babo bose Yehova yabatanze mu kuboko kwabo+.
23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+,
16 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimuhagarare mu mayira, murabe, mubariritse amabarabara ya kera, aho rero inzira nziza iri+; muheze muyigenderemwo+, mubone kuruhurirwa+.” Mugabo bagumye bavuga bati: “Eka ntituyigenderamwo+.”