Luka 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Buno nyene umumarayika wa Yehova+ ahagarara iruhande yabo, maze ubuninahazwa bwa Yehova+ bubakayanganira irya n’ino, na bo baca bagira ubwoba bwinshi. Ivyakozwe 7:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha. Ivyakozwe 7:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 mwebwe abaronse Itegeko nk’uko ryashikirijwe n’abamarayika+ mugabo mukaba mutarigumije.”
9 Buno nyene umumarayika wa Yehova+ ahagarara iruhande yabo, maze ubuninahazwa bwa Yehova+ bubakayanganira irya n’ino, na bo baca bagira ubwoba bwinshi.
38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.