ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Wewe genda, ukoranye abagabo b’inararibonye ba Isirayeli, ubabwire uti: ‘Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu yambonekeye+, Imana ya Aburahamu, Izahaki na Yakobo, avuga ati: “Sinzobura kubitaho+ no kwitaho ivyo muriko murakorerwa mu Misiri.

  • Kuvayo 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Hanyuma abwira Musa ati: “Duga aho Yehova ari, wewe na Aroni, Nadabu na Abihu+ na mirongo irindwi+ mu bagabo b’inararibonye ba Isirayeli, kandi mutegerezwa kwunama muri nka hariya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika