Kuvayo 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uze ukore abakerubi* babiri b’inzahabu. Uzobakora ubacurishije inyundo, ku mpera zompi z’umurumyo+. Kuvayo 40:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo atora ca Gishingantahe+, agishira muri ya Sandugu+, araheza ashira ya miniho+ kuri iyo Sandugu, ashira na wa murumyo+ hejuru kuri nya Sandugu+.
18 Uze ukore abakerubi* babiri b’inzahabu. Uzobakora ubacurishije inyundo, ku mpera zompi z’umurumyo+.
20 Inyuma y’ivyo atora ca Gishingantahe+, agishira muri ya Sandugu+, araheza ashira ya miniho+ kuri iyo Sandugu, ashira na wa murumyo+ hejuru kuri nya Sandugu+.