Kuvayo 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi jewe ubwanje, ndazi neza yuko umwami wa Misiri atazobaha uruhusha rwo kugenda bidaciye ku kiganza gikomeye+. Kuvayo 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nayo jewe, nzoreka umutima wa Farawo ucike intabarirwa+, kandi nzogwiza koko ibimenyetso vyanje n’ibitangaro vyanje mu gihugu ca Misiri+.
19 Kandi jewe ubwanje, ndazi neza yuko umwami wa Misiri atazobaha uruhusha rwo kugenda bidaciye ku kiganza gikomeye+.
3 Nayo jewe, nzoreka umutima wa Farawo ucike intabarirwa+, kandi nzogwiza koko ibimenyetso vyanje n’ibitangaro vyanje mu gihugu ca Misiri+.