Kuvayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+.
6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+.