7 Nuko dutangura kuririra Yehova Imana ya ba sogokuruza+, Yehova na we yumva ijwi ryacu+ araheza araba amarushwa yacu n’ivyago vyacu n’agahahazo turimwo+.
4Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.