ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko atangura kubwira Aburamu ati: “Umenye neza yuko uruvyaro rwawe ruzocika kavamahanga mu gihugu kitari icabo+, kandi bazobwirizwa gukorera abantu baho, kandi bano bazobateza amarushwa imyaka amajana ane+.

  • Kuvayo 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.

  • Guharura 20:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ba data baramanutse mu Misiri+, hanyuma tubandanya kuba mu Misiri imisi myinshi+; maze Abanyamisiri batangura kutugirira nabi twe na ba data+.

  • Gusubira mu vyagezwe 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Abanyamisiri batangura kudufata nabi no kuducumukuza no kuturemereza ubushumba buruhije+.

  • Ivyakozwe 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nabonye vy’ukuri akarenganyo abantu banje bari mu Misiri bagirirwa+, kandi numvise ukuniha kwabo+, nkaba manutse kubarokora+. None rero nuze, ngutume mu Misiri+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika