Kuvayo 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova rero abwira Musa ati: “Raba, nkugize Imana kuri Farawo+, Aroni mwene wanyu na we azoba umuhanuzi wawe+.
7 Yehova rero abwira Musa ati: “Raba, nkugize Imana kuri Farawo+, Aroni mwene wanyu na we azoba umuhanuzi wawe+.