ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 11:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Jewe sinagucumuyeko, mugabo wewe uriko urangirira nabi mu kundwanya. Yehova Umucamanza+ nace urubanza uno musi hagati ya bene Isirayeli na bene Amoni.’”

  • 1 Samweli 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;

      Azobaturagarira ari mw’ijuru+.

      Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,

      Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,

      Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”

  • Yesaya 33:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika