Itanguriro 47:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Gutyo Yozefu agerera se wiwe na bene wabo, abaha itongo bigabira mu gihugu ca Misiri, mu gice ciza cane kuruta ibindi vyose vy’igihugu, mu gihugu ca Ramesesi+, nk’uko Farawo yari yategetse.
11 Gutyo Yozefu agerera se wiwe na bene wabo, abaha itongo bigabira mu gihugu ca Misiri, mu gice ciza cane kuruta ibindi vyose vy’igihugu, mu gihugu ca Ramesesi+, nk’uko Farawo yari yategetse.