ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Musa abwira Yehova ati: “Ntunga, Yehova, erega jewe sindi umuntu yoroherwa no kuvuga, kandi si ivy’ejo canke hirya y’ejo canke kuva aho uvuganiye n’umusavyi wawe, kuko ndi uw’umunwa wikwega n’ururimi rwikwega+.”

  • Yeremiya 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe vy’ukuri sinzi kuvuga+, kuko ndi agahungu+.”

  • Ivyakozwe 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Musa rero yigishijwe mu bukerebutsi bwose+ bw’Abanyamisiri. Nkako, yari umunyabubasha mu majambo yiwe+ no mu bikorwa vyiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika