Guharura 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Iyo ni yo yari imiryango y’Abasimeyoni: bari ibihumbi mirongo ibiri na bibiri n’amajana abiri+. Yosuwa 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu muryango wa bene Yuda no mu muryango wa bene Simeyoni batanga rero ibi bisagara bigira bivugwe amazina+,
9 Mu muryango wa bene Yuda no mu muryango wa bene Simeyoni batanga rero ibi bisagara bigira bivugwe amazina+,