Itanguriro 29:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ubu noneho umugabo wanje azonyiyungako, kuko namuvyariye abahungu batatu.” Ku bw’ivyo bamwita Lewi+. 1 Ngoma 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene Lewi+ bari Gerishoni+, Kohati+ na Merari+.
34 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ubu noneho umugabo wanje azonyiyungako, kuko namuvyariye abahungu batatu.” Ku bw’ivyo bamwita Lewi+.