Guharura 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene Merari+ na bo hakurikijwe imiryango yabo bari Mahili+ na Mushi+. Iyo ni yo yari imiryango y’Abalewi nk’uko inzu ya ba se iri. 1 Ngoma 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bene Merari+ bari Mahili na Mushi+. Bene Mahili bari Eleyazari+ na Kishi.
20 Bene Merari+ na bo hakurikijwe imiryango yabo bari Mahili+ na Mushi+. Iyo ni yo yari imiryango y’Abalewi nk’uko inzu ya ba se iri.