Kuvayo 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndi Yehova Imana yawe+ yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+. Abalewi 25:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ntuze umukandamize n’agahahazo+; utegerezwa gutinya Imana yawe+. Abalewi 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+. Imigani 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu baranezerwa+; mugabo iyo umubisha aganje, abantu baraniha+. Yesaya 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 uwahora yama akubita inkoni ibisata vy’abantu n’uburake+, uwanesha amahanga n’ishavu n’akantu, akayahama uruhamo rutagira akarimbi+.
13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+.
6 uwahora yama akubita inkoni ibisata vy’abantu n’uburake+, uwanesha amahanga n’ishavu n’akantu, akayahama uruhamo rutagira akarimbi+.