Kuvayo 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Genda, uduge uve ng’aha, wewe n’abantu waduganye ubakuye mu gihugu ca Misiri+, uje mu gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nti: ‘Uruvyaro rwawe ni rwo nzogiha+.’ Zaburi 77:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Wayoboye abantu bawe nk’umukuku+,Biciye ku kuboko kwa Musa na Aroni+. Mika 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.
33 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Genda, uduge uve ng’aha, wewe n’abantu waduganye ubakuye mu gihugu ca Misiri+, uje mu gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nti: ‘Uruvyaro rwawe ni rwo nzogiha+.’
4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.