Kuvayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Musa abwira Yehova ati: “Ntunga, Yehova, erega jewe sindi umuntu yoroherwa no kuvuga, kandi si ivy’ejo canke hirya y’ejo canke kuva aho uvuganiye n’umusavyi wawe, kuko ndi uw’umunwa wikwega n’ururimi rwikwega+.” Kuvayo 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko Musa avugira imbere ya Yehova, ati: “Ehe raba! Bene Isirayeli ntibanyumvirije+; none Farawo we azonyumviriza ate+, narirya ndi uw’iminwa itagenyerewe+?”
10 Maze Musa abwira Yehova ati: “Ntunga, Yehova, erega jewe sindi umuntu yoroherwa no kuvuga, kandi si ivy’ejo canke hirya y’ejo canke kuva aho uvuganiye n’umusavyi wawe, kuko ndi uw’umunwa wikwega n’ururimi rwikwega+.”
12 Ariko Musa avugira imbere ya Yehova, ati: “Ehe raba! Bene Isirayeli ntibanyumvirije+; none Farawo we azonyumviriza ate+, narirya ndi uw’iminwa itagenyerewe+?”