Kuvayo 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uze uvugane na we wongere ushire ayo majambo mu kanwa kiwe+; nanje ubwanje nzobana n’akanwa kawe be n’akanwa kiwe+, kandi nzobigisha ico muri bukore+. Kuvayo 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze Aroni avuga amajambo yose Yehova yari yabariye Musa+, na we akorera vya bimenyetso+ mu maso y’abantu.
15 Uze uvugane na we wongere ushire ayo majambo mu kanwa kiwe+; nanje ubwanje nzobana n’akanwa kawe be n’akanwa kiwe+, kandi nzobigisha ico muri bukore+.
30 Maze Aroni avuga amajambo yose Yehova yari yabariye Musa+, na we akorera vya bimenyetso+ mu maso y’abantu.