Kuvayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Amuramu atwara Yokebedi mushiki wa se amubera umugore+. Araheza amuvyarira Aroni na Musa+. Kandi imyaka y’ubuzima bwa Amuramu yabaye ijana na mirongo itatu n’indwi. Guharura 26:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Izina ry’umugore wa Amuramu ryari Yokebedi+, umukobwa wa Lewi, umugore wa Lewi akaba yamumuvyariye mu Misiri. Mu nyuma Yokebedi yavyariye Amuramu Aroni na Musa na Miriyamu mushiki wabo+.
20 Nuko Amuramu atwara Yokebedi mushiki wa se amubera umugore+. Araheza amuvyarira Aroni na Musa+. Kandi imyaka y’ubuzima bwa Amuramu yabaye ijana na mirongo itatu n’indwi.
59 Izina ry’umugore wa Amuramu ryari Yokebedi+, umukobwa wa Lewi, umugore wa Lewi akaba yamumuvyariye mu Misiri. Mu nyuma Yokebedi yavyariye Amuramu Aroni na Musa na Miriyamu mushiki wabo+.