2 Abami 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko Yehosheba+ umukobwa w’Umwami Yehoramu, mushiki wa Ahaziya, atora Yehowasi+ mwene Ahaziya, amwiba mu bahungu b’umwami bari kwicwa, egome, we n’umurezi wiwe, amushira mu cumba kigenewe uburiri, baguma bamunyegeje+ amaso ya Ataliya, ntiyicwa.
2 Ariko Yehosheba+ umukobwa w’Umwami Yehoramu, mushiki wa Ahaziya, atora Yehowasi+ mwene Ahaziya, amwiba mu bahungu b’umwami bari kwicwa, egome, we n’umurezi wiwe, amushira mu cumba kigenewe uburiri, baguma bamunyegeje+ amaso ya Ataliya, ntiyicwa.