Ivyakozwe 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uyo yakoresheje urwenge rwa politike mu kurwanya ubwoko bwacu+, ahatira ku karenganyo ba se ngo bashire ahabona inzoya zabo, ngo ntizizigamirwe ubuzima+.
19 Uyo yakoresheje urwenge rwa politike mu kurwanya ubwoko bwacu+, ahatira ku karenganyo ba se ngo bashire ahabona inzoya zabo, ngo ntizizigamirwe ubuzima+.