Kuvayo 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nayo jewe, ehe ndaretse imitima y’Abanyamisiri icike intabarirwa+, ngo binjireyo babakurikira, no kugira ngo niheshe ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe+. Imigani 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyose Yehova yabikoze ku bw’intumbero yiwe+, egome, mbere n’umubisha ku bw’umusi mubi+.
17 Nayo jewe, ehe ndaretse imitima y’Abanyamisiri icike intabarirwa+, ngo binjireyo babakurikira, no kugira ngo niheshe ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe+.