Kuvayo 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+. 1 Ngoma 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Amuramu+ na bo bari Aroni+ na Musa+, na Miriyamu+. Bene Aroni na bo bari Nadabu+ na Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+. Mika 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.
20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.
3 Bene Amuramu+ na bo bari Aroni+ na Musa+, na Miriyamu+. Bene Aroni na bo bari Nadabu+ na Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+.
4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.