Kuvayo 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi aba basavyi bawe bose bazomanuka koko aho ndi bakubite inkoro hasi imbere yanje+, bavuga bati: ‘Genda, wewe n’abantu bose bagukurikira*.’ Inyuma y’ivyo nanje nzosohoka.” Nuko arasohoka, ava kwa Farawo yarunguriye n’ishavu. Abaheburayo 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kubera ukwizera yaravuye mu Misiri+, mugabo atari kubera ugutinya ishavu ry’umwami+, kuko yagumye ashikamye nk’aho abona Umwe ataboneka+.
8 Kandi aba basavyi bawe bose bazomanuka koko aho ndi bakubite inkoro hasi imbere yanje+, bavuga bati: ‘Genda, wewe n’abantu bose bagukurikira*.’ Inyuma y’ivyo nanje nzosohoka.” Nuko arasohoka, ava kwa Farawo yarunguriye n’ishavu.
27 Kubera ukwizera yaravuye mu Misiri+, mugabo atari kubera ugutinya ishavu ry’umwami+, kuko yagumye ashikamye nk’aho abona Umwe ataboneka+.