ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Abona n’amahundo indwi y’intete, yonze kandi yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko+, ariko akura mu nyuma zayo+.

  • Kuvayo 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Musa aca aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga+. Maze Yehova atangura gutuma ikiyaga gisubira inyuma akoresheje umuyaga ukomeye wo mu buseruko ijoro ryose, igicokwe c’ikiyaga agihindura isi yumutse+, amazi na yo arigabura+.

  • Zaburi 78:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Itangura gutuma umuyaga wo mu buseruko waduka mu majuru+,

      No gutuma umuyaga wo mu bumanuko uhuhuta biciye ku nkomezi zayo+.

  • Yona 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze izuba ryatse, Imana irungika kandi umuyaga wo mu buseruko uturira+; izuba riguma rinaga Yona mu mutwe, bituma amera nk’uwugira arabe+; aguma yisabira gupfa, akaguma avuga ati: “Gupfa vyondutira kubaho+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika