ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Kandi ntibazobura kwumviriza ijwi ryawe+; nawe uzoje ku mwami wa Misiri, wewe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli, mumubwire muti: ‘Yehova Imana y’Abaheburayo+ yabonanye natwe+. Ubu rero, turakwinginze uturekure, dushaka kugenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kandi dushaka gushikanira ikimazi Yehova Imana yacu+.’

  • Kuvayo 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko babandanya kuvuga bati: “Imana y’Abaheburayo yabonanye natwe+. Turakwinginze uturekure, dushaka kugenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, dushikanire ikimazi Yehova Imana yacu+; ahandiho yoduteza ikiza canke akadukubita inkota+.”

  • Kuvayo 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Tuzogenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kandi dutegerezwa gushikanira ikimazi Yehova Imana yacu nk’uko yatubwiye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika