Kuvayo 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi nzoha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri; kandi nimwagenda, ntimuzogenda iminwe misa+. Kuvayo 12:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yehova na we aha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+, ku buryo bano babaha ivyo basavye+; bakoba Abanyamisiri+.
21 Kandi nzoha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri; kandi nimwagenda, ntimuzogenda iminwe misa+.
36 Yehova na we aha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+, ku buryo bano babaha ivyo basavye+; bakoba Abanyamisiri+.