ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.

  • Esiteri 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko Morudekayi yari ahambaye+ mu nzu y’umwami, ukuba rurangiranwa kwiwe+ na kwo kukaba kwariko gukwiragira mu ntara z’ubutware zose, kubera ko uwo mugabo Morudekayi yaguma arushiriza kuba uwuhambaye+.

  • Ivyakozwe 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Musa rero yigishijwe mu bukerebutsi bwose+ bw’Abanyamisiri. Nkako, yari umunyabubasha mu majambo yiwe+ no mu bikorwa vyiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika