ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 37:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Hanyuma umumarayika+ wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+.

  • Ezekiyeli 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Umutama, umusore, umwigeme w’isugi, umwana muto n’abagore+, mwice, emwe, muhonye. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+, kandi muhere aheranda hanje+.” Nuko bahera ku batama bari imbere ya nya nzu+.

  • Abaheburayo 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kubera ukwizera yarahimbaje pasika*+ na kwa kumija amaraso+, kugira ngo umuranduzi ntakore ku mfura zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika