Ivyakozwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Akubise ijisho umuntu umwe yariko ararenganywa, aramuburanira yongera ahōra uwariko aragirirwa nabi, mu kwica nya Munyamisiri+. Abaheburayo 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kubera ukwizera, Musa amaze gukura+, yaranse kwitwa umuhungu w’umukobwa wa Farawo+,
24 Akubise ijisho umuntu umwe yariko ararenganywa, aramuburanira yongera ahōra uwariko aragirirwa nabi, mu kwica nya Munyamisiri+.