Kuvayo 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umugore wese aze asabe umubanyi wiwe n’umugore abayeho ari kavamahanga mu nzu iwe, ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana; muze muvyambike abahungu banyu n’abakobwa banyu, kandi mutegerezwa gukoba Abanyamisiri+.”
22 Umugore wese aze asabe umubanyi wiwe n’umugore abayeho ari kavamahanga mu nzu iwe, ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana; muze muvyambike abahungu banyu n’abakobwa banyu, kandi mutegerezwa gukoba Abanyamisiri+.”