Imigani 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+. Abaheburayo 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kubera ukwizera yaravuye mu Misiri+, mugabo atari kubera ugutinya ishavu ry’umwami+, kuko yagumye ashikamye nk’aho abona Umwe ataboneka+.
3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+.
27 Kubera ukwizera yaravuye mu Misiri+, mugabo atari kubera ugutinya ishavu ry’umwami+, kuko yagumye ashikamye nk’aho abona Umwe ataboneka+.