Itanguriro 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yakobo abonye Rasheli umukobwa wa Labani musaza wa nyina be n’intama za Labani musaza wa nyina, aca aregera maze atembagaza nya buye arikuye ku munwa wa nya riba, anywesha intama za Labani musaza wa nyina+.
10 Yakobo abonye Rasheli umukobwa wa Labani musaza wa nyina be n’intama za Labani musaza wa nyina, aca aregera maze atembagaza nya buye arikuye ku munwa wa nya riba, anywesha intama za Labani musaza wa nyina+.