ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi wasatuye ikiyaga+ imbere yabo, ku buryo bajabuka baciye hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+; maze abariko barabakurikira ubaraririza ibwina+ nk’ibuye+ mu mazi akomeye+.

  • Zaburi 78:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yasatuye ikiyaga ngo itume barengana+,

      Yongera ituma amazi ahagarara nk’urugomero+.

  • Zaburi 136:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umwe yatanya ikiyaga Gitukura+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

  • Yesaya 63:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ari hehe Umwe yatuma ukuboko kwiwe kwiza+ kugendera iburyo bwa Musa; Umwe yasatura amazi imbere yabo+ kugira ngo yiheshe izina ryamaho igihe kitagira urugero+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika