Kuvayo 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nayo jewe, ehe ndaretse imitima y’Abanyamisiri icike intabarirwa+, ngo binjireyo babakurikira, no kugira ngo niheshe ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe+. Zaburi 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu bwibone bwiwe umubisha akurikirana umurushwa, yarakaye+;Bafatwa n’ivyiyumviro biyumviriye+.
17 Nayo jewe, ehe ndaretse imitima y’Abanyamisiri icike intabarirwa+, ngo binjireyo babakurikira, no kugira ngo niheshe ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe+.