Ivyakozwe 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Musa rero yigishijwe mu bukerebutsi bwose+ bw’Abanyamisiri. Nkako, yari umunyabubasha mu majambo yiwe+ no mu bikorwa vyiwe.
22 Musa rero yigishijwe mu bukerebutsi bwose+ bw’Abanyamisiri. Nkako, yari umunyabubasha mu majambo yiwe+ no mu bikorwa vyiwe.