Gusubira mu vyagezwe 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Kandi Yehova yarandurumbiye ishavu kubera mwebwe+, bituma arahira yuko ntogiye njabutse Yorodani canke ngo ninjire muri ca gihugu ciza Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+. Zaburi 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+. Zaburi 78:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Ibazana mu cibare cayo ceranda+,Aka karere k’imisozi ukuryo kwayo kwironkeje+. Zaburi 80:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Watumye umuzabibu ufata inzira uva mu Misiri+.Wagumye wirukana amahanga, kugira ngo uwutere+.
21 “Kandi Yehova yarandurumbiye ishavu kubera mwebwe+, bituma arahira yuko ntogiye njabutse Yorodani canke ngo ninjire muri ca gihugu ciza Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.
2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.