Itanguriro 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+. 2 Abami 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu. Zaburi 105:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaributse isezerano ryiwe, egome, gushika igihe kitagira urugero+,Ijambo yategetse, gushika ku mayaruka igihumbi+,
14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+.
23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu.
8 Yaributse isezerano ryiwe, egome, gushika igihe kitagira urugero+,Ijambo yategetse, gushika ku mayaruka igihumbi+,