Kuvayo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umuherezi+ wa Midiyani rero yari afise abakobwa indwi. Maze nk’uko bisanzwe baraza, baravoma amazi, buzuza imigazo kugira banyweshe umukuku wa se+. Kuvayo 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Yetiro umuherezi wa Midiyani, sebukwe wa Musa+, yumva ibintu vyose Imana yari yakoreye Musa na Isirayeli abantu bayo, ingene Yehova yari yakuye Isirayeli mu Misiri+.
16 Umuherezi+ wa Midiyani rero yari afise abakobwa indwi. Maze nk’uko bisanzwe baraza, baravoma amazi, buzuza imigazo kugira banyweshe umukuku wa se+.
18 Maze Yetiro umuherezi wa Midiyani, sebukwe wa Musa+, yumva ibintu vyose Imana yari yakoreye Musa na Isirayeli abantu bayo, ingene Yehova yari yakuye Isirayeli mu Misiri+.