-
Yesaya 58:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 “Kubera isabato, niwasubiza inyuma ikirenge cawe ku bijanye no gukora ibiguhimbara ubwawe ku musi wanje mweranda+, kandi isabato ukayita vy’ukuri akaryoshe, umusi mweranda wa Yehova, umusi uninahazwa+, kandi ukawuninahaza aho gukora ivy’inzira zawe bwite, aho kurondera ibiguhimbara no kuvuga amajambo,
-