Kuvayo 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Musa na Yosuwa umusuku wiwe barahaguruka, hanyuma Musa aduga ku musozi w’Imana y’ukuri+.