Luka 23:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 hanyuma basubira inyuma gutegura ibimota be n’amavuta amota neza+. Mugabo birumvikana ko baruhutse kw’isabato+ nk’uko ibwirizwa ryari.
56 hanyuma basubira inyuma gutegura ibimota be n’amavuta amota neza+. Mugabo birumvikana ko baruhutse kw’isabato+ nk’uko ibwirizwa ryari.