ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”

  • Daniyeli 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Abakuru b’intara, abatware na ba buramatari be n’abategetsi bakurubakuru+ b’umwami bari bakoranijwe, baritegereza nya bagabo, babona ko ata bubasha nya muriro wari wagize ku mibiri yabo+, kandi ko ata n’agashatsi ko ku mutwe wabo+ kari kababutse, ko mbere n’imitamana yabo itari yahindutse, be n’uko ata n’akamoto k’umuriro kari kabagiyeko.

  • Ivyakozwe 7:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Musa ngo abibone, biramutangaza+. Mugabo akiriko aregera ngo atohoze, humvikana ijwi rya Yehova, rivuga riti:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika