Yosuwa 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mukuru w’ingabo za Yehova na we abwira Yosuwa ati: “Kura inkweto* zawe ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari heranda.” Yosuwa aca agira kuno+. Ivyakozwe 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yehova amubwira ati: ‘Kura inkweto* ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari ubutaka bweranda+.
15 Nya mukuru w’ingabo za Yehova na we abwira Yosuwa ati: “Kura inkweto* zawe ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari heranda.” Yosuwa aca agira kuno+.